Abageze mu zabukuru basa n'abibagiranywe

Umurwi w'abageze mu zabukuru bari mu kiyago mw'ishirahamwe GLAPD-Int Source: Glapd-International
Mu gihe abageze mu zabukuru basa n'abageramiwe na COVID-19, biravugwa kandi yuko bari mu bantu basa n'abibagiranywe n'ikibano basanzwe babamo.
Share