Some of the committee members of the Rwandan Community in Queensland. From Right: Amiel NUBAHA, Delphine BAHATI, John MUGABO Source: Jean Paul Amedee Nizigama
"Twaciye mu nzira zitandukanye kugira dushike hano muri Australia, rero akenshi usanga hariho bimwe tutumvikanako, kuko turacafise ibikomere hamwe n'ibindi. Ivyo kandi bikabangamira ubumwe n'ukunywana kwacu. Ariko turagerageza kubirengera", ivyo vyashikirijwe n'uwurongoye abanyarwanda muri Queensland Amiel NUBAHA. Ni mukiganiro SBS Kirundi yakoranye n'abarongoye abandi muri Queensland. Published 27 March 2020 3:00pm
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content Share this with family and friends
"Twaciye mu nzira zitandukanye kugira dushike hano muri Australia, rero akenshi usanga hariho bimwe tutumvikanako, kuko turacafise ibikomere hamwe n'ibindi. Ivyo kandi bikabangamira ubumwe n'ukunywana kwacu. Ariko turagerageza kubirengera", ivyo vyashikirijwe n'uwurongoye abanyarwanda muri Queensland Amiel NUBAHA. Ni mukiganiro SBS Kirundi yakoranye n'abarongoye abandi muri Queensland.