Abarundi baba mu bushinwa boba bageramiwe gute na Coronavirus

A passenger wears a mask as she waits at passport control in Bole International Airport in Addis Ababa, on January following an outbreak of coronavirus in china

A passenger wears a mask as she waits at passport control in Bole International Airport in Addis Ababa, on January following an outbreak of coronavirus in china Source: Getty Images

Mu gihe abarenga 43 000 bamaze kwandura umugera wa coronavirus wazananye mu gihugu c'Ubushinwa, abantu barenga 1000 baramaze kwicwa nuwo mugera. Gushika ubu akaba atarucanco rwayo ruraboneka. Hagati ngaho, abarundi bake bakaba baba murico gihugu kubw'imvo zitandukanye. None bobo uyo mugera bawikingira gute? Vyoba biboroheye canke bibakomereye gute?



Share
Follow SBS Kirundi

Download our apps
SBS Audio
SBS On Demand

Listen to our podcasts
Independent news and stories connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians.
Ease into the English language and Australian culture. We make learning English convenient, fun and practical.
Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS
SBS World News

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service
Abarundi baba mu bushinwa boba bageramiwe gute na Coronavirus | SBS Kirundi