Abarundi baba muri Australia bavuze akari k'umutima ku matora y'ejo mu Burundi

Abantu bahagaze k'umurongo imbere mu kurindira yuko binjira  gutora

Abantu bahagaze k'umurongo imbere mu kurindira yuko binjira gutora Source: Getty Images

Mu gihe isi icugarijwe n'ikiza COVID-19, aba n'abariya ntibemeranije ku nteguro y'amatora azoba mu Burundi ku musi w'ejo. Ariko hamwe nivyo ejo Abarundi bazindukira mu tuzu twogutora inzego zitandukanye. Ng'uku uko abarundi baba muri Australia bashikirije ico biyumvira ku matora y'ejo.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now