Abasirikare ba Australia bafashije i Kibeho mu Rwanda, bahawe imidari mu birori vyo kwibuka haheze imyaka 25.

Australian army personnel honoured during a service in canberra, Australia for their service in Rwanda during the mid 1990 Source: Jean Paul Amedee Nizigama
Abasirikare bahoze ku rugamba ba Australia bahawe imidari mu birori vyo kwibuka imyaka 25 iheze bafashije mu bikorwa bitandukanye harimwo kubumbatira amahoro n'umutekana bahawe i kibeho mu Rwanda. Ivyo birori vyitabiriwe n'abatari bake haba mu nzengo z'uburongozi bwa Australia co kimwe n'abanyawranda. Bamwe mu bari bitabiriye ivyo birori ngaho basavye yuko ubwicanyi bwabereye ikibeho bugakorwa na RPF (Rwandan Patriotic front) nabwo bo kwibukwa nk'abandi banywarwanda benshi bibukwa.
Share