Abubakanye bariko barasigurirwa ibijanye no gutegura urwete ruzotomora ivy'ibisigi vyabo. Source: Getty ImagesAbanye Australia batari bake ntibaha agaciro urwete rujanye no gutatura ivyoshika inyuma yo kwitaba Imana bibaza yuko badafise ubutunzi bukenewe canke bukwiye. Ariko abahinga bahanura yuko ukwiye gutangura kuvyiyumvira mu gihe wakuze. Ushobora kuronka ubufasha mu vy'amategeko ariko har'ivyo ukwiye kwitararika cane cane.
Published
By Zoe Thomaidou
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abanye Australia batari bake ntibaha agaciro urwete rujanye no gutatura ivyoshika inyuma yo kwitaba Imana bibaza yuko badafise ubutunzi bukenewe canke bukwiye. Ariko abahinga bahanura yuko ukwiye gutangura kuvyiyumvira mu gihe wakuze. Ushobora kuronka ubufasha mu vy'amategeko ariko har'ivyo ukwiye kwitararika cane cane.