Akamaro ko gutegura imisi yawe yanyuma yo kubaho?

On the left, an old man laying down in a hospital while on the right a man is completing a last will and testament . Source: AAP
Kuri benshi gutegura imisi yabo yanyuma yo kubaho ntagaciro babiha. Ukuri nuko ibice 15 kw'ijana vyonyene vyababa muri Australia nibo bonyene bamaze gutegura ibijanye n'amagara yabo ingene yokwitabwaho. Iyi ni ingingo ishobora kuba ari iya akamaro mu buzima bwacu kurusha uko tuvyibaza.
Share