Antoine Yasini akaba ariwo mu bwoko bw'Abatwa kaba ariwe arongoye abatwa baba mu ntara ya Western Australia muri Australia. Source: Antoine Yasini
Abatwa b'Abarundi basanzwe baba muri Australia barashima reta nshasha kuba yarabibutse ariko barafise ico basaba umushikiranganji Nsabushimike Imelde yagenwe nk'umushikiranganji wo gufatana mu nda.