Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Australia: Ukutumvikana kuri jenocide yabaye mu Rwanda mu 1994

Umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul Kagame ari kumwe n'umutambukanyi wiwe Jeannette kagame bariko baratsa ikimuri c'urwibutso rwo kwibuka ku ncuro ya 27 i Kigali mu Rwanda.

Umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul Kagame ari kumwe n'umutambukanyi wiwe Jeannette kagame bariko baratsa ikimuri c'urwibutso rwo kwibuka ku ncuro ya 27 i Kigali m Source: President Paul Kagame/ Flickr

Kominote y'abanyarwanda mu ntara ya Queensland izokwibuka abahitanywe na jenoside yakorewe abatutsi ngo ariko s'abo gusa hariho n'abandi bazokwibukwa. None ngo ni bande?


Published

By Jean-Paul Amedee Nizigama

Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama

Source: SBS


Share this with family and friends


Kominote y'abanyarwanda mu ntara ya Queensland izokwibuka abahitanywe na jenoside yakorewe abatutsi ngo ariko s'abo gusa hariho n'abandi bazokwibukwa. None ngo ni bande?



Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now