Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Bamwe mu barongonzi b'Abarundi baba muri Australia bavuga iki kuri COVID-19

Ibendera ya Australia (Ibubamfu) rifatanye n'Ibendera ry'Uburundi (Iburyo)

Ibendera ya Australia (Ibubamfu) rifatanye n'Ibendera ry'Uburundi (Iburyo) Source: Getty Images

Ibihe bidasanzwe vyatanze imforo y'ubuzima idasanzwe. Abakuru b'imiryango rusangi iba mu ntara ya Victoria na Queensland baratuyagira ingene bagerageza kugira inama abo barongoye mu ntara bakoreramo. Innocent Nsengiyumva hamwe na Beltrand Habiyakare basanzwe barongoye intara ya Queensland na Victoria bagize nico bavuga kubiriko biraba mug'iguhugu c'Ubishinwa (Chine).

Published

By Jean-Paul Amedee Nizigama

Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama

Source: SBS

Share this with family and friends

Ibihe bidasanzwe vyatanze imforo y'ubuzima idasanzwe. Abakuru b'imiryango rusangi iba mu ntara ya Victoria na Queensland baratuyagira ingene bagerageza kugira inama abo barongoye mu ntara bakoreramo. Innocent Nsengiyumva hamwe na Beltrand Habiyakare basanzwe barongoye intara ya Queensland na Victoria bagize nico bavuga kubiriko biraba mug'iguhugu c'Ubishinwa (Chine).

Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now