Bernice Kamikazi umurundikazi yaserukiye Austrariya mu nama mpuzamakungu yo guharanira agateka k'impunzi i Geneva mu gihugu ca Suisse aratubwira ibintu nyamukuru vyahavugiwe n'urunani rushasha mpuzamakungu rugiye kuvuka kugira rufashe impunzi ziri mu bihugu bitandukanye vyo kw'isi yose.
Share






