Bibiliya ivuga iki kuri Coronavirus

Yahsef B. Ineza ari mu kibanza abikamo ibitabo bitandukanye afise Bibiliya Yera ariko arasoyima.

Yahsef B. Ineza ari mu kibanza abikamo ibitabo bitandukanye afise Bibiliya Yera ariko arasoyima. Source: Supplied

Mu gihe Coronavirus iteye ubwoba abatari bake, umuhinga mu vya Bibiliya Yera Yahsef B. Ineza arahamagarira abantu gutekana akabasaba no kutajuragirika muri ibi bihe aho benshi bariko baravuga yuko Coronavirus ari igihano c'ijuru. None muri iki igihe ukwizera gutandukanye wogukoresha gute kugira uhangane n'ibi bihe?



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now