Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Umunezero udasanzwe igihe Abarundi bahimbaza ibirori vy’ukwikukira

Burundian drums

Burundian drums during the Independence celebration on July 1st at Multicultural Hub, Melbourne Source: (Mireille Kayeye)

Itariki 1 Mukakaro ni umusi Abarundi bahimbaza umusi udasanzwe w’ukwikukira. Abarundi baba mu ntara ya Victoria mu gisagara ca Melbourne hamwe nababa muri Shepparton na Wagga Wagga muri Austrariya bakaba baroye hamwe aho bahimbariza ibirori vy’ukwikukira kw’abarundi ahitwa Multicultural hub. Mu kiganiro c’uno musi muza kuhumvira akanyamuneza kabashitse murico kibanza hamwe namajambo nyamukuru yahashikirijwe ahamagarira Abarundi kubabariranira no gukomeza urukundo muri kominoti n’ukwibuka gusiga iragi rizokwama ryibukwa muri Austrariya no mu Burundi.

Published

Updated

By Mireille Kayeye

Source: SBS

Share this with family and friends

Itariki 1 Mukakaro ni umusi Abarundi bahimbaza umusi udasanzwe w’ukwikukira. Abarundi baba mu ntara ya Victoria mu gisagara ca Melbourne hamwe nababa muri Shepparton na Wagga Wagga muri Austrariya bakaba baroye hamwe aho bahimbariza ibirori vy’ukwikukira kw’abarundi ahitwa Multicultural hub. Mu kiganiro c’uno musi muza kuhumvira akanyamuneza kabashitse murico kibanza hamwe namajambo nyamukuru yahashikirijwe ahamagarira Abarundi kubabariranira no gukomeza urukundo muri kominoti n’ukwibuka gusiga iragi rizokwama ryibukwa muri Austrariya no mu Burundi.

Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now