Arlette Ngendakumana na Mireille Ndikumana bari mu batanguye umurwi w'imvyino 'Inyambo' muri Sydney, New South Wales. Mu kiganiro c'uno musi baratubwira akamaro ko kwigisha akaranga n'imico kama y'Uburundi biciye mu mvyino.