Antoine Marie Rugerinyange azwi nka Africa Nova aratuyagira kuvyaranze umuziki wiwe imbere yuko u Burundi bwikukira 1962 gushika uno musi niyo aba muri canada ingene akora umuziki. Urugendo rwaranzwe n'ivyiza bidasanzwe, ibimuca intege ariko vyose ngo n'ibisanzwe.