'Indero si iya umwe, ni iya babiri'

Protais Nijimbere and his son Source: MK
Protais Nijimbere ni umuvyeyi w'abana bane. Radiyo SBS mu Kirundi yamusanze aho Abarundi bahuriye ahejeje kugaburira umwana wiwe mu gihe nyina yari mu nama. Aratubwira nimba vyoba vyoroshe ku bagabo kurera umwana akiri muto co kimwe nkuko nyina abikora.
Share