Euromonitor predicts Nigerians will drink more than 1,000 tons of coffee in 2020, 23% higher than last year. Source: SBSUmuryango w'abanyarwanda baba muri Tasmania (Australia) ugura ikawa hama bakayigurisha ngo bashobore gufasha imiryango y'abacitse kw'icumu mu Rwanda. Uwo muryango w'abana ba biri uriko urahindura ubuzima bw'imiryango iba hagati mu gihugu cu Rwanda, ariko ivyo vyose bakabikora babifashijwemwo n'abandi banyamuryango
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Umuryango w'abanyarwanda baba muri Tasmania (Australia) ugura ikawa hama bakayigurisha ngo bashobore gufasha imiryango y'abacitse kw'icumu mu Rwanda. Uwo muryango w'abana ba biri uriko urahindura ubuzima bw'imiryango iba hagati mu gihugu cu Rwanda, ariko ivyo vyose bakabikora babifashijwemwo n'abandi banyamuryango