Watch FIFA World Cup 2026™ LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Ico aba n'abariya bashikiza ku ngoma zavugijwe mwi ihiganwa East Africa Got Talent

Top: Patrice Ntafatiro (with grey hair) performing the Burundian drum in Burundi. Below: HIMBAZA DRUMMERS performing on stage of the East Africa Got Talent  show.

Top:Patrice Ntafatiro (with grey hair) performing the Burundian drum in Burundi. Below:HIMBAZA DRUMMERS performing on stage of the East Africa Got Talent show Source: Supplied, YouTube

Kuva ihiganwa East African Got Talent show ritangura mu ntango zukw'umunani uno mwaka, abatari bake bakomoka mu karere bafise impano zitandukanye baramaze kwigaragaza muri iryo higanwa. Ariko igihe habonetse umurwi witwa HIMBAZA urimwo abarundi n'abanyarwanda ukomoka mu Rwanda uvuza umurisho w'ingoma zu Burundi abatari bake barashoboye kugira io bashikirije ku mbuga ngurukanabumenyi. Umushikiranganji wi Burundi ajejwe imicokama n'inkino yarashikirije ikete rinegura abo batimbo, eka n'abateguye iryo higanwa nabo baragize ico babivugako. Umviriza ico abarundi baba muri Australia bavyiyumvirako co kimwe n'umuhinga muvyo kuvuza ingoma.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now