Ibibanza birimwo abatora bakomoka mu mico itandukanye irafise uruhara mu gihundura ibiva mu matora. Beltrand Habiyakare arongoye kominoti y'Abarundi baba muri Victoria aratubwira igituma amatora ari inkingi ya demokarasi kandi bifise ico bifasha amakominoti aba muri Australia.
Share






