Igihuhusi Idai caraye cononye ibitari bike muri Mozambique

15 March, 2019IDAI Aftermath - A woman hangs a cloth to dry in the Praia Nova area of Beira after the Cyclone Idai. Source: ifrc
Abantu benshi baraye basize ubuzima igihe igihuhusi bise Idai carengana ibihugu bitatu gihereye muri Mozambique, Zimbabwe na Malawi.
Share