Mu nkino zaraye zihuje Australia na Nouvelle Zélande ku kibuga ANZAC, umuririmvyi David Nduwimana niwe yaririmvye indirimbo ihayagiza igihugu ca Australia. Benshi mu banyagihugu baka bahimbawe cane n'uko yayiririmvye.
Share
LIVE, FREE and EXCLUSIVE

David Nduwimana ariko arararirimba indirimbo y'igihugu ca Australia imbere yo gutangura inkino zihuza Australia na Nouvelle Zelande ejo itariki 31/10/2020. Source: Fox Sport
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Share this with family and friends


