Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Ubusumbasumbane mu bagendana ubumuga

Man in wheelchair looking at steps

Man in wheelchair looking at steps Source: Digital Vision

Abavugira abagendana ubumuga barahamagarira reta guhindura itegeko risanzwe rihari mu gufasha abagendana ubumuga bageze muzabukuru. Aho n'inyuma yaho ubushakashatsi bwa vuba bwerekana yuko ibisabwa kugira wemererwe iyo mfashanyo vyerekana yuko benshi basigara badafise icepfo n'icaruguru behembera ku mfanshanyo ya baba barindiriye akazi. Abaronswa imfanshanyo y'abagendana ubumuga abari muza bukuru ngo nabo ntiborohewe mubijanye n'ubuzima bwa misi yose, aho ni mugihe usanga bakenera ama dorari 100 arenzeko kurusha abandi bantu batagendana ubumuga.

Published

By Jennifer Scherer

Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama

Source: SBS

Share this with family and friends

Abavugira abagendana ubumuga barahamagarira reta guhindura itegeko risanzwe rihari mu gufasha abagendana ubumuga bageze muzabukuru. Aho n'inyuma yaho ubushakashatsi bwa vuba bwerekana yuko ibisabwa kugira wemererwe iyo mfashanyo vyerekana yuko benshi basigara badafise icepfo n'icaruguru behembera ku mfanshanyo ya baba barindiriye akazi. Abaronswa imfanshanyo y'abagendana ubumuga abari muza bukuru ngo nabo ntiborohewe mubijanye n'ubuzima bwa misi yose, aho ni mugihe usanga bakenera ama dorari 100 arenzeko kurusha abandi bantu batagendana ubumuga.

Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now