Abarundi boba bitwararika ikirundi iyo bageze mu makungu?

National language competition Source: SBS
Mu gihe bamwe mu barundi baba muri Australia batekewe n'ubwoba yuko ikirundi kizohava kizimangana, abandi bafashe ingamba zidasanzwe zo kwigisha abana babo ikirundi harimwo na gusaba imfanshanyo y'amafaranga muri reta ngo batanguze ibirasi vy'ikirundi.
Share