Wotora gute imbere y'igihe?

African descent man casing his vote in an election. Ballot box. Political elections. Source: Getty Images
Ni itegeko kuja mu matora muri Australia. Ariko ntibikundira bose gushika aho batorera. Umviriza uburyo wotora mu gihe uri ku rugendo canke urwaye.
Share