Abahinga baragabisha abantu ingene bokwirinda mu bitero bica ku buhinga ngurukanabumenyi.

Computer hacker or Cyber attack concept background

Computer hacker or Cyber attack concept background Source: Moment RF

Ibitigiri bishasha vyerekana yuko abanye Australia bahura n'ibitero biciye ku buhinga ngurukana bumenyi buri iminota 10. Ng'ivyo birazimba urudanzwa rwa Australia muri rusangi aho miriyaridi 29 z'amadorari zikoreshwa buri mwaka. None umuntu yovyirinda gute? Umuhinga aratwiganira ingene twokwirinda murivyo bitero bica ku buhinga ngurukanabumenyi.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now