Fablice Manirakiza, yatowe nk'umwe mu rwaruka rwa Victoria rwakoze ibikorwa bihambaye mu mwaka wa 2016 akongera akaba umukuru wa kominoti y'Abarundi baba muri Victoria (ABCV) aratubwira ivyavuye mu nama ya AMEP-SEE itegura ama porogaramu afasha abakomoka mu bihigu bitavuga icongereza kuronka ubuzi muri Australia.
Share






