Emma Martine Ndenzako, 32, akora muri serivisi y’ubutunzi muri banki ya ANZ i Sydney, aratubwira bimwe mu bishobora gufasha urwaruka rw’abarundi biphuza kurondera akazi muri Austrariya.
Kumenyera ururimi rw’icongereza, gutegura indondorabuzima(CV) isigura ico wakoze n’ico ushoboye eka n’ukwimenyereza gukora ahantu batakuriha (volunteering) biri muri bimwe umuntu yotegura kugira bimworohere kuronka akazi.
Share






