close up soft focus on telephone device at office desk for customer service support concept blended in with a map Source: iStockphoto, SBSImihana yaraturiwe, abantu baricwa abandi barahunga. Bamwe mubarongoye abandi mu Minembwe bavuganye na SBS Kirundi barayibwira ivyo bipfuza bivuye ku mpande zose. Muriki kiganiro muraza kwumva ingene aba n'abariya batungana urutoke ku biriko bibera mu Minembwe ariko kandi bose ngo ico bipfuza ni kimwe kandi bagihurijeko. None ngo habuze iki ngo bije mu ngiro?
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Imihana yaraturiwe, abantu baricwa abandi barahunga. Bamwe mubarongoye abandi mu Minembwe bavuganye na SBS Kirundi barayibwira ivyo bipfuza bivuye ku mpande zose. Muriki kiganiro muraza kwumva ingene aba n'abariya batungana urutoke ku biriko bibera mu Minembwe ariko kandi bose ngo ico bipfuza ni kimwe kandi bagihurijeko. None ngo habuze iki ngo bije mu ngiro?