Guhera iratiki 25 Munyonyo gushika itariki 10 Kigarama n’imisi 16 yahariwe kugwanya amabi akorerwa abakenyenzi kw’isi yose. Umwe mu bakenyezi batatu niwe ashikirwa n’amabi kw'isi yose. Muri kino kiganiro turabira hamwe icirwa giherutswe gukora cerekana uburyo abakobwa n'abagore bakorerwa amabi atandukanye n'ico umuntu yokora.
Share






