World Heart Day 2018 Source: Getty ImagesItariki 29 Gitugutu ni umusi mpuzamakungu wahariwe umutima. Indwara z’umutima ziri mu za mbere zica abantu benshi muri Australia. Duhamagariwe kwitaho imitima yacu kugira tugire amagara meza mu gufungura neza no kwinonora imitsi. Mu kiganiro c'uno musi turaraba n'ibimenyetso vy'umuntu afashwe n'umutima nico wokora bigushikiye.
Published
By Audrey Bourget
Presented by Mireille Kayeye
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Itariki 29 Gitugutu ni umusi mpuzamakungu wahariwe umutima. Indwara z’umutima ziri mu za mbere zica abantu benshi muri Australia. Duhamagariwe kwitaho imitima yacu kugira tugire amagara meza mu gufungura neza no kwinonora imitsi. Mu kiganiro c'uno musi turaraba n'ibimenyetso vy'umuntu afashwe n'umutima nico wokora bigushikiye.