Igitigiri c'abantu batagira aho baba kiguma kiduga muri Austrariya. Mu gihe ata mugambi wa reta wo gukemura ico kibazo, abantu barara mw'ibarabara bazoguma bagwira.
Rusansuma iherutse gukorwa yerekanye ko hari abantu barenga ibihumbi 11600 people batagira aho baba mu gihugu cose.

PETER PARKS/AFP/Getty Images
Wofashwa gute?
Mu gihe ubona ugira uje kuba mw’ibarabara kubera ingorane urimwo hariho uburyo bwo gufashwa.

Getty Images
Kuri uno murongo Raba amashirahamwe yogufasha mu gihe ubuze aho uba.
Share






