Toddler Holding Mobile Phone While Standing On Bed Against Wall Source: EyeEmAbana bafise amezi abiri usanga bafise za terefone bariko barazikinisha mu kiringo c'umwanya utari muto, hisunzwe ubushakashatsi buherutse gukorwa n'ikogo c'itwararika amagara y'abantu muri Australia, abahinga baragabisha yuko ivyo bishobora kugira ingaruka mbi cane mwi ikura ry'umwana. Ariko bamwe mu bavyeyi ngo gushira terefone kure si coroshe na gato.
Published
By Cassandra Bain
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Abana bafise amezi abiri usanga bafise za terefone bariko barazikinisha mu kiringo c'umwanya utari muto, hisunzwe ubushakashatsi buherutse gukorwa n'ikogo c'itwararika amagara y'abantu muri Australia, abahinga baragabisha yuko ivyo bishobora kugira ingaruka mbi cane mwi ikura ry'umwana. Ariko bamwe mu bavyeyi ngo gushira terefone kure si coroshe na gato.