Watch FIFA World Cup 2026™

LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Gusaba ingurane muri Austrariya

Bank loan

Bank loan application Source: Getty Images

Ibintu bisabwa kugira ushobore gusaba ingurane muri Austrariya.


Published

Updated

By Wolfgang Mueller

Presented by Mireille Kayeye

Source: SBS



Share this with family and friends


Ibintu bisabwa kugira ushobore gusaba ingurane muri Austrariya.


Gusaba ingurane bisaba kwitonda ukaraba ko ukwije ibikenewe.

Ibisabwa

Kuba ufise imyaka 18 hamwe n'umushahara uhembwa werekana ko ushobora kuzoriha iyo ngurane. 

Ukeneye kuba ufise uburenganzira bwo kuba mu gihugu  igihe kinini. 

Urarekuriwe gusaba ingurane mu gihe ubana n'umunya Austrariya.

approved.jpg?itok=5xyQ_C-0&mtime=1521532907

Gusaba ingurane yo gukora urudandazwa rutoya

Mu gihe uva mu kindi gihugu, hari amashirahamwe ashobora kugufasha.

Anglicare iratanga ingurane ku bantu bifuza gutangura umugambi w'urudandazwa" .

cup-2884058_1280.jpg?itok=Hr8IncMF&mtime=1521533204

Soma vyinshi ngaha

Choice, ishirahamwe rishobora kugufasha , mu gusaba ingurane muri banki.

 

 


Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now