Customer and bank teller Source: Digital VisionAbantu barenga imiriyoni 250 nibo baba hanze y'igihugu cabo c'amavuko kandi benshi muri bo bararungikira amahera imiryango yabo. Mu kiganiro c'uno musi turaba ibintu umuntu yokwitwararika mu kurungika amahera.
Published
Updated
By Wolfgang Mueller
Presented by Mireille Kayeye
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Abantu barenga imiriyoni 250 nibo baba hanze y'igihugu cabo c'amavuko kandi benshi muri bo bararungikira amahera imiryango yabo. Mu kiganiro c'uno musi turaba ibintu umuntu yokwitwararika mu kurungika amahera.