Mbega abakiri bato boba bazi incungu ya haraniye kwikura na demokarasi mu Burundi?

From left: Melchior Ndadaye who died October 1993, after four months being elected as president of Burundi. Prince Louis Rwagasore who fought for independence

From left: Melchior Ndadaye who died October 1993, after four months being elected as president of Burundi. Prince Louis Rwagasore who fought for independence Source: Wikimedia

Gitugutu 2019 , Burundian Diaspora of Queensland izoba iramutse ifise ibirori vyo kwibuka imyaka 26 hamwe 58 incungu zaharaniye demokarasi n'intahe yo kwikukira zigandaguwe. U Burundi bwahuye n'intambara zitandukanye, izo ntambara zikaba zarateye abarundi benshi kuba hanze y'igihugu cabo harimwo na Australia. Ariko rero, abana ba barundi bakiri bato boba bitwararika kumenya izo ncungu zu Burundi?



Share
Follow SBS Kirundi

Download our apps
SBS Audio
SBS On Demand

Listen to our podcasts
Independent news and stories connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians.
Ease into the English language and Australian culture. We make learning English convenient, fun and practical.
Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS
SBS World News

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service
Mbega abakiri bato boba bazi incungu ya haraniye kwikura na demokarasi mu Burundi? | SBS Kirundi