Slyvia Niyonsaba aba muri Queensland, Australia yabaye impunzi kuva mu 1972. Source: Niyonsaba SlyviaKuba impunzi vyatanguye kera kandi abantu bitwa impunzi mu buryo butandukanye. Indwi yahariwe impunzi itangura 6 Ruheshi buri mwaka. Uyu mwaka icivugo ni 'ubumwe'. Ubwo bumwe bushoboka gute ? Slyvia Niyonsaba yabaye impuzi kuva mu 1972 aratwiganira.
Published
Updated
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Kuba impunzi vyatanguye kera kandi abantu bitwa impunzi mu buryo butandukanye. Indwi yahariwe impunzi itangura 6 Ruheshi buri mwaka. Uyu mwaka icivugo ni 'ubumwe'. Ubwo bumwe bushoboka gute ? Slyvia Niyonsaba yabaye impuzi kuva mu 1972 aratwiganira.