Ikirundi mu barundi baba hanze y'Uburundi

Umuronzi akaba n'umuhishuzi NTAFATIRO PATRICE ariko ariyereka mu ngoro imwe hariya Ontario, Canada.

Umuronzi akaba n'umuhishuzi NTAFATIRO PATRICE ariko ariyereka mu ngoro imwe hariya Ontario, Canada. Source: Ntafatiro Patrice

Abarundi basanzwe baba hanze bahura n'intambamyi zidasanzwe mu kwigisha abana ikirundi, ariko kandi abandi nabo babibonamo ubusirimu kutigisha abana ikirundi. Umushakashatsi mu kirundi Ntafatiro Patrice aradusigurira.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now