Umuporisi(Iburyo) aherekeje umukenyezi arikumwe n'umwana. polirisi yari yakiriye umurwi w'abimukira 51 bavuye muri Niger kw'itariki 14 Munyonyo 2018. Source: Getty ImagesIvyo wavuze ukigera muri Australia birashobora kugira ingaruka nyinshi cane mu myaka uzobaho. Ariko abahinga baravuga yuko hakiriho amahirwe yo kwigarura.
Published
Updated
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Ivyo wavuze ukigera muri Australia birashobora kugira ingaruka nyinshi cane mu myaka uzobaho. Ariko abahinga baravuga yuko hakiriho amahirwe yo kwigarura.