African male patient's eye examination is done by a young male doctor with an ophthalmoscope Cape Town South Africa Source: Getty ImagesAbantu bose siko baronka akanya ko kwisuzumisha amaso yabo. Amaso adufitiye akamaro ka nini mu buzima bwa misi yose ariko ibice 93% vy'abarengeje imyaka 55 bakaba bafise ibibazo bijanye n'indwara z'amaso. Abahinga barahanura yuko atari vyiza kurindira hamwe uvuga uti ...'iyo menya'
Published
By Amy Chien-Yu Wang
Presented by Jean Paul Amede Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abantu bose siko baronka akanya ko kwisuzumisha amaso yabo. Amaso adufitiye akamaro ka nini mu buzima bwa misi yose ariko ibice 93% vy'abarengeje imyaka 55 bakaba bafise ibibazo bijanye n'indwara z'amaso. Abahinga barahanura yuko atari vyiza kurindira hamwe uvuga uti ...'iyo menya'