Kominoti y'Abanyafrika bo muri Mildura irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abimukira

African Community soccer team in Mildura Source: Supplied
Umusi mpuzamakungu wahariwe abimukira hamwe n'umusi mpuzamakungu wahariwe gufatana mu nda bihimbazwa uko bikurikirana amatariki ya 18 na 20 Kigarama. Kominoti y'Abanyafrika baba muri Mildura (Victoria) barateguye ibirori harimwo ingoma z'abanyafrika, udukino dutwenza, umupira w'amaguru n'ibindi. Pacifique Ndayisaba, ni Umurundi ari mu babiteguye aratubwira akamaro ko kuja hamwe mu guhimbaza iyo misi mikuru ku Barundi baba mu mahanga.
Share