Manu Ndayisaba aratubwira ko: ' isabukuru rya Mardi Gras ritwereka ko dushigikiwe'

Manu with his partner and child Source: Supplied
Dr Manu Ndayisaba amaze kwitaba ibirori vya Mardi Gras incuro zitandatu eka no mu bindi bisagara nka Adelaide canke San Francisco. Aratubwira umwanya vyamutwaye mu kumenya ikibanza ciwe mu muryango wa LGBTQI hamwe n'akamaro ko guhimbaza amasabukur nkayo yerekana ko umwe wese afise ikibanza muri kominoti.
Share