Ireresi y'umurundi aba muri Australia yatowe muri Hollywood (USA)

Ibubamfu: Jean Paul Amedee Nizigama, iburyo: Jean Marie Ndayishimiye batazira John Kay ariko aravuga ivyerekeye ireresi COP'S ENEMY.

Ibubamfu: Jean Paul Amedee Nizigama, iburyo: Jean Marie Ndayishimiye batazira John Kay ariko aravuga ivyerekeye ireresi COP'S ENEMY. Source: Agnes B.

Umuhinyanyuzi Jean Marie Ndayishimiye benshi bazi nka John Kay yakoze ireresi COP'S ENEMY akaba aba muri Australia. Iyo reresi ikaba yaratowe muzizokwerekanwa muri kuno kwezi hariya muri Hollywood muri reta nzunzubumwe za Amerika. Iyo reresi ivuga k'unkuru nyayo yabayeho, izokwerekanwa kandi mw'ihiganwa ryitwa African Film Festival i Dallas muri Amerika hagati y'itariki 2-6 Ruheshi 2020. Hama muri Hollywood izokwerekanwa kuri 22 Ntwarante 2020.



Share
Follow SBS Kirundi

Download our apps
SBS Audio
SBS On Demand

Listen to our podcasts
Independent news and stories connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians.
Ease into the English language and Australian culture. We make learning English convenient, fun and practical.
Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS
SBS World News

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service