Umwigeme yambaye agafukamunwa ariko arariha akoresheje terefone ngendanwa. Source: Getty Images"Buy Now Pay Later" iriko irahurumbirwa cane n'abantu muri Australia aho abashika imiriyaridi zirenga 5.6 z'abantu bayikoresha nkuko vyibonekeza mu vyegeranyo vya 2018-19. Ariko hamwe n'ivyo hariho ivyinyegeje kubantu bakoresha izo serivisi nyinshi bituma bagoka muvy'amafaranga.
Published
By Sneha Krishnan
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
"Buy Now Pay Later" iriko irahurumbirwa cane n'abantu muri Australia aho abashika imiriyaridi zirenga 5.6 z'abantu bayikoresha nkuko vyibonekeza mu vyegeranyo vya 2018-19. Ariko hamwe n'ivyo hariho ivyinyegeje kubantu bakoresha izo serivisi nyinshi bituma bagoka muvy'amafaranga.