Umwigeme ariko arahanagura akuma gapima amavuta y'imoteri y'imodoka. Source: Getty ImagesWoba umaze kugura imodoka hama ugasanga ifise vyinshi ukwiye gukoresha? Ivyo birasanzwe mu gihe woba udafise ubumenyi bukwiye muvy'amamodoka. Ariko urashobora gukora ubushakashatsi ku giti cawe kugira ugure immodoka ijanye n'amafaranga ufise kandi ikomeye.
Published
By Josipa Kosanovic
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Woba umaze kugura imodoka hama ugasanga ifise vyinshi ukwiye gukoresha? Ivyo birasanzwe mu gihe woba udafise ubumenyi bukwiye muvy'amamodoka. Ariko urashobora gukora ubushakashatsi ku giti cawe kugira ugure immodoka ijanye n'amafaranga ufise kandi ikomeye.