Infection of a person by respiratory viruses, illustration. Conceptual image. Source: Getty ImagesAbarenga 4500 nibo bamaze kwandura uyo mugera witwa coronavirus (2019-nCoV ), nayo abashika 106 bamaze kwitaba Imana mu bihugu birenga 14 aho uyo mugera umaze gushika kw'isi. None nibiki ukwiye kumenya kugira ngo wikingire imbere yuko amazi arenga inkombe.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abarenga 4500 nibo bamaze kwandura uyo mugera witwa coronavirus (2019-nCoV ), nayo abashika 106 bamaze kwitaba Imana mu bihugu birenga 14 aho uyo mugera umaze gushika kw'isi. None nibiki ukwiye kumenya kugira ngo wikingire imbere yuko amazi arenga inkombe.