Ivyo utazi k'umusi wahariwe Abatwa kw'isi.

Bamwe mu Batwa bari kumwe n'abatumire mu musi mukuru wahariwe Abatwa kw'isi kw'itariki 28 Myandagara 2020. Source: Antoine Yasini
Umusi mukuru wahariwe abasangwabutaka kw'isi waranzwe n'iki uno mwaka? Abatwa b'Abarundi bahimbaje gute uyo musi muri Australia muri bino bihe vy'ikiza COVID-19.
Share