Jeremie Ngendakumana umuvugizi wa PDG-Girubuntu Source: SuppliedJeremie Ngendakumana avugira umugambwe mushasha PDG-Girubuntu yaganiriye na SBS Kirundi aho yavuze yuko uwo mugambwe ngo uje guharanira demokarasi hamwe n'intwaro ibereye. Uyo mugambwe ukaba ugiye gushiraho umuco w'ubuntu kuko ngo woba uriko uratakara mu bantu, ivyo vyose bikazoshira imbere intwaro ibereye eka mbere no gushinga amabanga umuntu abifitiye ubumenyi.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode content
Share this with family and friends
Jeremie Ngendakumana avugira umugambwe mushasha PDG-Girubuntu yaganiriye na SBS Kirundi aho yavuze yuko uwo mugambwe ngo uje guharanira demokarasi hamwe n'intwaro ibereye. Uyo mugambwe ukaba ugiye gushiraho umuco w'ubuntu kuko ngo woba uriko uratakara mu bantu, ivyo vyose bikazoshira imbere intwaro ibereye eka mbere no gushinga amabanga umuntu abifitiye ubumenyi.