kanseri yo mubihimba vy'irondoka irakira iyo isuzumwe kare.

Muganga ariko arasuzuma umurwayi indwara ya kanseri.

Muganga ariko arasuzuma umurwayi indwara ya kanseri. Source: unsplash

Amagara meza ntabuza kugwara kanseri ifatira mu bihimba vy'irondoka. Kera yahora isuzumwa uko imyaka ibiri irangiye ariko ubu hari impinduka zijanye no kwisuzumisha iyo ndwara.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now