Muganga ariko aravugana n'umurwayi mu biro vyiwe. Source: Getty ImagesMu myaka iheze abakenyezi bisuzumisha kanseri ifatira mu bihimba vy'irondoka rimwe mu myaka ibiri. Ubu ico kiringo carahindutse. Mbe hoho wimutse ukaja kure ya muganga yahora akuvura bigenda gute? Muganga Nadine Shema aramenyesha bishasha mu vyahindutse nuko wobigenza kugira ngo ubashe gusuzumwa.
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Mu myaka iheze abakenyezi bisuzumisha kanseri ifatira mu bihimba vy'irondoka rimwe mu myaka ibiri. Ubu ico kiringo carahindutse. Mbe hoho wimutse ukaja kure ya muganga yahora akuvura bigenda gute? Muganga Nadine Shema aramenyesha bishasha mu vyahindutse nuko wobigenza kugira ngo ubashe gusuzumwa.