African American nurse giving patient injection Source: Getty ImagesIgihe c’ici kiregereje. Abahinga muvy’amagara y’abantu barategekanya yuko ari ibihe bigoye cane aho ibitaro bishobora kurengerwa n’abantu banduye koronavirus hamwe na Influenza. Turashobora kw’ikingira Influenza hamwe n’abacu mu kwironkera urucanco.
Published
By Amy Chien-Yu Wang
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Igihe c’ici kiregereje. Abahinga muvy’amagara y’abantu barategekanya yuko ari ibihe bigoye cane aho ibitaro bishobora kurengerwa n’abantu banduye koronavirus hamwe na Influenza. Turashobora kw’ikingira Influenza hamwe n’abacu mu kwironkera urucanco.